Akijuru

Akijuru A Burundian talented in art especially in movie acting and screen writing

⭕ Ari mukunsumba uburebure muminsi nzomuhamagara petite soeur 😁🥰,Jewe na Kia tubipfurije umunsi mwiza 🥰🤗
12/08/2026

⭕ Ari mukunsumba uburebure muminsi nzomuhamagara petite soeur 😁🥰,

Jewe na Kia tubipfurije umunsi mwiza 🥰🤗

11/08/2026

⭕ Iwacu 🥰🤗

⭕ Ab'ingozi iwacu murare aharyana, ariko n'abandi bose aho muri hose Imana Ibazigame murare amahoro 🥰🤗 Mega Customer Cen...
10/08/2026

⭕ Ab'ingozi iwacu murare aharyana, ariko n'abandi bose aho muri hose Imana Ibazigame murare amahoro 🥰🤗


Mega Customer Center

⭕ Imwaro 🤗, abanyamwaro ndabahaye mwiriwe
10/08/2026

⭕ Imwaro 🤗, abanyamwaro ndabahaye mwiriwe

⭕ Mu rugendo rw’akazi arimwo mu bihugu Go Far Recruitment Office  isanzwe irungikamwo abakozi b’Abarundi, Umuyobozi Muku...
10/08/2026

⭕ Mu rugendo rw’akazi arimwo mu bihugu Go Far Recruitment Office isanzwe irungikamwo abakozi b’Abarundi, Umuyobozi Mukuru, ari kumwe n’abafatanyabikorwa bacu, yagendeye Ibiro vya Konsulat y’Uburundi muri Leta Zunze Ubumwe z’Abarabu (UAE) iri i Dubai.

Muri urwo rugendo, bagiranye ibiganiro n’abategetsi b’Uburundi hamwe na n’Umukuru w’Ishirahamwe ry’Abarundi baba muri UAE (Burundi Diaspora in UAE) ku bijanye no gukomeza ubufatanye no kwagura amahirwe y’akazi ku Barundi.

Turashimira cane ukuntu batwakiriye neza kandi twiteze ko gushira hamwe twese bizozanira ineza ku Burundi no ku Barundi cane cane abifuza kuja gukora mu mahanga.

09/08/2026

08/08/2026

⭕ Tuheshimiane

⭕ Arabaramutsa abakunzi ba films Ndundi,wamukunze canke umukunda muyihe film?
08/08/2026

⭕ Arabaramutsa abakunzi ba films Ndundi,
wamukunze canke umukunda muyihe film?

07/08/2026

⭕ Sahili NKURU yaje kundamutsa ndi mudukorwa,

aha ndazi benshi bac basubir inyuma ngo nzogaruka ufise akanya😁

02/08/2026

⭕ La vie est courte pour être autre chose que le bonheur,
enjoy, ibibi vyo birizana kandi niyo vyoza ntubihe ikibanza 🥰🤗,

Ushaka aga fast food injira muri ugure bakagusanza ah'uri, link ngiyo https://store.megacce.com/products
Ufise ic'ubaza akura kuri 72147013

Mega Customer Center

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Akijuru posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category