01/07/2026
Turipfurije benewacu Abarundi mwese umusi mukuru wo kwikukira. Uyu musi dufise umunezero udasanzwe wo kwigina itsinzi y'ukwikukira ku Gihugu cacu ciza.
Uyu musi udasanzwe utwibutsa ubutwari nta ngere n'ubumwe bw'Abarundi bwatumye twikukira.
Uyu musi tuje hamwe duhe icubahiro kidasanzwe incungu yacu n'abo bafadikanije muri iyi nzira itari yoroshe na gato yo yadushikanye ku nzira y'amahoro n'umunezero vyamaho mu Gihugu cacu ciza.
Imana iturindire Uburundi bwacu bwiza, iduhe imehazigiro yamaho, amahoro ahoraho, urukundo, n'ubumwe hagati yacu.., tutibagiye iterambere ridushikana ku mbonakazoza ya 2040-2060.
🇧🇮✨🇧🇮
â—Ź Dear brothers and sisters of Burundi,
Today, we stand together in joy and pride to celebrate the historic milestone of our nation's independence. This special day reminds us of the strength, resilience, and unity of the Burundian people.
Let us honor the sacrifices of our heroes by continuing to build a peaceful, prosperous, and united nation for generations to come. Wishing all Burundians at home and abroad a beautiful, safe, and deeply blessed Independence Day!
May God protect Burundi and guide our path toward endless progress. 🇧🇮✨🇧🇮
â—Ź Ndugu zetu wapendwa Warundi; Leo hii, tunajumuika pamoja kwa furaha na fahari tele kusherehekea hatua kubwa ya kihistoria ya uhuru wa taifa letu.
Siku hii maalum inatukumbusha nguvu, ustahimilivu, na umoja wa watu wa Burundi. Hebu tutekeleze wajibu wetu wa kuenzi dhabihu za mashujaa wetu kwa kuendelea kujenga taifa lenye amani, ufanisi, na mshikamano kwa vizazi vijavyo.
Tunawatakia Warundi wote walioko nyumbani na ughaibuni Siku kuu ya Uhuru iliyojaa baraka, amani, na usalama!
Mungu aibariki Burundi yetu na kuongoza njia yetu kuelekea maendeleo yasiyo na mwisho. 🇧🇮✨🇧🇮