J Chriss Official

J Chriss Official Dr

31/07/2026

plz follow me J Chriss Official🥰

19/07/2026

19h00 GMT
Argentine🇦🇷 vs Espagne🇪🇦

⚽ Football nta ndero igira numva ataco novuga kuri match ya England vs Argentineiri nibara tuzovyandika mumateka⚽🥰
15/07/2026

⚽ Football nta ndero igira numva ataco novuga kuri match ya England vs Argentine

iri nibara tuzovyandika mumateka⚽🥰

Ni amwe mumateka abonetse kwuyu mukino Argentine yahangana n'igihugu ça EgypteBavuye inyuma Batsinze Egypt 3-2 Ni Argent...
07/07/2026

Ni amwe mumateka abonetse kwuyu mukino Argentine yahangana n'igihugu ça Egypte

Bavuye inyuma Batsinze Egypt 3-2 Ni Argentine ibikoze nigihangane Cabo Leo Messi .Tubibutse karibo batwaye I gikombe c'ubuheruka 2022 Batsinze Ubufaransa

mu followinga

⚽ Nyuma yaho Brezil isezerewe na Norvège itsinzwe 2-1 umukinyi wa Brésil Neymar Jr. abonetse ari mumarira menshi caneni ...
05/07/2026

⚽ Nyuma yaho Brezil isezerewe na Norvège itsinzwe 2-1 umukinyi wa Brésil Neymar Jr. abonetse ari mumarira menshi cane

ni inyuma yaho ico gitsindo Brésil yinjije ariwe yagitsinze kumunota wa 90+7'

bandanya U followinga🙏🙏🙏🙏

⚽ Umugwi wa Sheffield wesnday wo mugihugu c'Ubwongereza ukina mucicaro ca 3 Ushize hanze ubutumwa wishimira kuba warazan...
02/07/2026

⚽ Umugwi wa Sheffield wesnday wo mugihugu c'Ubwongereza ukina mucicaro ca 3 Ushize hanze ubutumwa wishimira kuba warazanye umukinyi yamuka mugihugu cacu ciza c'Uburundi🇧🇮

Nkuko babivuze mw'itangazo kurubuga rwabo rwa Instagram bavuze ati n'umukinyi twamye twivuza kugira kuva kera




bandanya mugira follow kuri iyi page

21/06/2026

Bonne soirée à tout le monde🥰❤️

🇦🇷 ⚽ Mu gikombe c'isi kiriko kibera ku mugabane wa America umugwi nserukira gihugu wa Argentine uhejeje gukora amateka n...
17/06/2026

🇦🇷 ⚽ Mu gikombe c'isi kiriko kibera ku mugabane wa America umugwi nserukira gihugu wa Argentine uhejeje gukora amateka ndetse yakozwe n'umukinyi rurangiranwa Leo Messi

Argentine 3:0 Algerie
Messi yatsinze ivyo bitsindo vyose vyabonetse.

Umutama abandanya kwandika amwe mumateka mumupira w'amaguru

Follow J Chriss Official

🔥 Inkuru yaka kanya nuko Cucurella yemeye ubusabe bwa real madrid.aha ni mugihe uwu mukinyi yaramaze imisi avugwa kwa Ba...
14/06/2026

🔥 Inkuru yaka kanya nuko Cucurella yemeye ubusabe bwa real madrid.

aha ni mugihe uwu mukinyi yaramaze imisi avugwa kwa Barcelona na atletico Madrid .ariko tukibaza uru rwanko ruri hagati yiyi migwi isanzwe ikebana siyo ituma buri mukinyi barcelona irondewe real icijayo?

nkuko Fabrizio Romano a bivuga vyitezwe ko azosinya na real inyuma y'igikombe c'isi kuri miliyoni 50✔️☑️

🔴🟡Muri za nkino z'igikombe c'isi ziriko zibera muri America murukino rwa rino joro rwahuze umugwi nserukiragihugu wa BRE...
14/06/2026

🔴🟡Muri za nkino z'igikombe c'isi ziriko zibera muri America murukino rwa rino joro rwahuze umugwi nserukiragihugu wa BREZIL na MAROC rwarangiye imigwi ignanije 1-1. ubundi match yari nziza cane ninayo match muzimaze kuba twovuga kora yari kwugurura iryo higanwa

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when J Chriss Official posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category