Mutoni Belyse

Mutoni Belyse Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mutoni Belyse, Art, jarsenal58@gmail. com, Bujumbura.

09/10/2026

Na Wazalendo Hamwe Na Rwambikanye Bariko Barasana Amaso Umukongoman Yariye karungu.

Follow 👉Mutoni Belyse

🚨 ALERTE Y’UMUTEKANO: Hari amakuru avuga ko abarwanyi bakekwa kuba aba M23 bariko baragenda berekeza i Namubula, Rurambo...
30/09/2026

🚨 ALERTE Y’UMUTEKANO: Hari amakuru avuga ko abarwanyi bakekwa kuba aba M23 bariko baragenda berekeza i Namubula, Rurambo no mu misozi miremire ya Minembwe.
Amakuru yatanzwe kuri uyu wa gatatu mu gitondo avuga ko bamwe muri abo bantu bakekwa kuba aba M23 babonetse bava i Kaziba, berekeza ku musozi wa Namubula, kandi ngo boba bafise umugambi wo guca i Rurambo.
Hari kandi abandi bivugwa ko bava i Kifune, berekeza mu Misozi Miremire ya Kageregere, mu karere ka Minembwe, aho bivugwa ko bashaka guhura n’abandi barwanyi bariyo.
Mu majambo make: Iyi nkuru iravuga ko hari imigwi y’abantu bakekwa kuba abarwanyi ba M23 bariko barimuka bava mu bice bitandukanye, berekeza mu micungararo ya Namubula, Rurambo na Minembwe. Iyaba ari ukuri, vyoba bifise ico bivuze ku mutekano w’ako karere.

Hari Amakuru ariko avurwa ko umuhungu wa Ex président Nkurunziza yoba yarungitswe kurugamba Muri congo,hamwe vyoba Ari u...
30/09/2026

Hari Amakuru ariko avurwa ko umuhungu wa Ex président Nkurunziza yoba yarungitswe kurugamba Muri congo,hamwe vyoba Ari ukuri boba bashaka kumukwirikiza se kuko Congo ni kurwembe ,bamwita captain Kery Nkunziza twifashishije intelligence artificielle kumpamvu kanaka

29/09/2026

Ntivyumvikana Ukuntu tubura Amazi Mugihe Dufise Inzuzi Nyinshi 🤭🤭

  niyiriko isiga amavyi igihugu cacu 🇧🇮 None nkiki kigugu kiba cahawe inshingano nkizi biciyehe?
28/09/2026

niyiriko isiga amavyi igihugu cacu 🇧🇮
None nkiki kigugu kiba cahawe inshingano nkizi biciyehe?

26/09/2026

Rugabo Ati tuzabirukana kukabi nakeza Tubambutse Rusizi Kuko Dufite Intwaro Tuzabashushubika kugeza Bambutse Umupaka kandi kumusi Umwe Tubishatse.Tupfa Kubihorera Kuko Ntambaraga Badusumvya Ntabikoresho Batusumvya Tuzabirukana.

Musomyi Ubwo Bazabishobora koko?

Follow 👉Mutoni Belyse

25/09/2026

Vuu Muri Kenya 🇰🇪

22/09/2026

Minembwe Umuriro Uratse 🤭

21/09/2026

Maman Wee 🇨🇩 Mutabara 🇷🇼 🙆🙆🙆🙆

19/09/2026

Iyumvire ingene yagize Samuragwa Evariste ndayishimiye. Amaze kumugira Samuragwa Ubwonyene Péter Nkurunziza Unutima Waciye Uhagarara.😭😭
Igitangaje Nuko Kugeza Unomusi Amwihakana Abisi NukwoBameze.🤭🤭 ♥️🇧🇮

Mbe Mubigabane Bigera kuri 6 Yamubwiye yandike Nibingahe yoba yarashize Mungiro ?

Follow 👉Mutoni Belyse

Address

Jarsenal58@gmail. Com
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mutoni Belyse posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category