UMVA UKURI

"UMWANA W’IMANA MW’ISI"  UMVA UKURI  Arikw abamwakiriye bose yabahaye ububasha bgo gucika abana b'Imana, ni bo bizeye iz...
22/06/2026

"UMWANA W’IMANA MW’ISI"
UMVA UKURI
Arikw abamwakiriye bose yabahaye ububasha bgo gucika abana b'Imana, ni bo bizeye izina ryiwe, ni bo batavyawe n'amaraso, canke n'ukwifuza kw'umubiri, canke n'ukwifuza kw'umugabo, ariko bavyawe n'Imana.
Yohana 1:12-13

>>uwakiriye yesu akamwizera niwe mwana w'Imana.

*Turabire hamwe iyi mirongo:

- Abafilipi 2:15 → _“ kugira ngo ntimugire umugayo cank' akarohe, mube abana b'Imana batagira agasembga, hagati y'ab' iki gihe bagoramye b'ibidambidambi, abo mubonekeramwo nk'amatara mw isi,

- Matayo 5:16 → _“ Abe ari k'umuco wanyu ubonesha imbere y'abantu, ngo babone ibikorwa vyanyu vyiza, bahimbaze So wo mw ijuru.

Twitwa ko dufise Data wo mw’ijuru iyo twakiriye Yesu, Imana iduhindura abana bayo. *Umwana w’Imana si ijambo gusa, ni ubuzima tubaho buri munsi.*

*Umwana w’Imana ameze gute?*

*1. Arakunda* Ni mwagiriranira urukundo, ni ho bose bazomenya ko mur' abigishwa banje.
Yohana 13:35

*2. Avuga ukuri* Maze mwiyambuye ibinyoma, umuntu wese avugane ivy' ukuri na mugenzi we, kuko tur' ingingo za bagenzi bacu.
Abanyefeso 4:25
*3. Arababaarira*

mwihanganirana, muharirana, iy' umuntu agize ico apfa n'uwundi. Nk'uk' Umwami wacu yabahariye, namwe abe ari ko muharirana.
Ab'i Kolosayi 3:13

4. Arumvira Bana, mwumvire abavyeyi banyu mu Mwami wacu: kukw ivyo ari vyo bigororotse.
Abanyefeso 6:1

Kuba umwana w’Imana si kuja gusenga ku musi w'isabato gusa. Ni kugaragaza Yesu aho uri hose.

Imana iduhe kuba abana b'Imana mw'izina rya Yesu

  CIZA.MWAME MUSHIMA ICIZA N'ABAGIKOZE BAGIHARI.TWISHIMIKIJE AYA MAJAMBO: "Isaka ajana Rebeka mw ihema risiga nyina wiwe...
22/06/2026

CIZA.
MWAME MUSHIMA ICIZA N'ABAGIKOZE BAGIHARI.
TWISHIMIKIJE AYA MAJAMBO:

"Isaka ajana Rebeka mw ihema risiga nyina wiwe Sara, aramurongora, aba umugore wiwe, aramukunda. Isaka ivyo bimwirura umubabaro wa nyina."
Itanguriro 24:67

Abubatse cane cane:

biruwe umubabaro wa banyina (babuze: bapfuye) bakawirurwa n' bashatse biciye mukububaha nokubafasha: duhurire muri comment!!

Mbega hōba hari nabo vyagenze gutyo?
TUBWIRE ncuti z'
UMVA UKURI

22/06/2026

UMVA UKURI
À .

Big shout out to my newest top fans! 💎 Bikorimana Aline, Ezechiel Sind, Jean De Dieu Réformateur, Emmanuel Bernice, Cléo...
21/06/2026

Big shout out to my newest top fans! 💎 Bikorimana Aline, Ezechiel Sind, Jean De Dieu Réformateur, Emmanuel Bernice, Cléophace Barore, Fleury Fefe Iradukunda, Edouardo Valdez, Jean Marie Nimubona, James Mugenzi

Drop a comment to welcome them to our community,

21/06/2026

UMVA UKURI I
.

21/06/2026

WIBUKA IKI IMANA YAGUKOREYE IGIHE WARI UBURANIWE?
KIDUSANGIZE CANKE UVUGE UTI MANA WARAKOZE!!!

19/06/2026
19/06/2026

ISAHA NK'IYI USHOBORA KUBA WAZINDUTSE UTABONA NEZA IYO BIZA GUCA ARIKO IMANA IKABA YABIDADANUYE: KUKI UTOVUGA UTI SHIMWA MANA??
NTURE GANE UDASIZE ISHIMWE RYA WE MURI COMMENT!!!

Ikibi coye kukunesha, yamara ikibi ukinesheshe iciza.Abaroma 12:21UMVA UKURI
19/06/2026

Ikibi coye kukunesha, yamara ikibi ukinesheshe iciza.
Abaroma 12:21
UMVA UKURI

19/06/2026

Ariko, Umwansi wawe ni yasonza, umugaburire; ni yagira inyota, umuhe ic' anywa: kuko ni wagira urtyo, uzoba umurunzekw amakara yaka ku mutwe.
Abaroma 12:20

TUBWIRE MWABA KRISTO MWE UKO MUZA KUGENZA UYU MUNSI:
MURAJA KUBIKORA CANKE MUGIIRA MUTI MANA DUFASHE BIZOKUNDE?
ba mbere

Umuntu Muzima

Address

RN9
Bujumbura
0

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when UMVA UKURI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to UMVA UKURI:

Share