Imbwa Nkuru

Imbwa Nkuru Entertainment
Education
Music & Art

28/07/2026

NGWAHO NGWAHO πŸ¦β€πŸ”₯πŸ¦β€πŸ”₯πŸ¦β€πŸ”₯
Murayumva Gute Ino ?
Kirikou A Kili aragarutse.
Sasa Rero Naho Tutarayumva Yose, Iyi Izohava Isumba ? Ko Iyi Yo Izoba Ibaye Iya Kabiri Arikumwe Na Inyuma Ya
Muce Urubanza Hano Mwa Bantu.

γ‚š

Nk' Imbwa Nkuru ndakeje nako turakeje iri ribile B-face On The'flo ku kintu c'abagabo yakoze. Iteka rirahabwa kandi bury...
28/07/2026

Nk' Imbwa Nkuru ndakeje nako turakeje iri ribile B-face On The'flo ku kintu c'abagabo yakoze. Iteka rirahabwa kandi burya umuntu nuworwira. Tumwipfurije rero urugo ruhire kandi aze agwire nk'agacaca ko mw'itongo agire ivyona n'ivyonona.
Gusa tukagira tuti aze yibuke akazi ka wiwe kuko ivyo biremwa biratahurana bitarashika mu mago, atazotuma rero iyo Mbile yacu iba nka mu . Abatahuye mwavyumvise.

This is what we call   Mt number one na Mar mar muri   yabo nshasha yitwa   Link muri
28/07/2026

This is what we call
Mt number one na Mar mar muri yabo nshasha yitwa
Link muri

19/07/2026

Iyi izica abantu

Sat-B warakoze idawa muhu, mwishwanje rero.


B-face On The'flo Akaba Abisinye ko naho azorya ikofe azovyihanganira.Btw congratulations 🎊 to you     Agasanamu k'umusi...
19/07/2026

B-face On The'flo Akaba Abisinye ko naho azorya ikofe azovyihanganira.
Btw congratulations 🎊 to you
Agasanamu k'umusi

14/07/2026
Photo Of The Day
12/07/2026

Photo Of The Day

30/05/2026

IRYOSHE IBA IRYOSHE 🫠😊😍

Wumvirije inyandiko n'ikirundi, na vy'iyi ntiworeka kuryoherwa eka mbere no kuyiha kuko inyuma ya ya Sat-B uno musore Madiba Tha Classic yakomye abantu aga ko kwumviriza koko.

Kitwa kari kuri YouTube yiwe ndazi neza ko kuva muri yawe bizoba bitagikunze.

γ‚šviralγ‚·

NGO WOBA NAWE USHAKA KUGIRA   nkiya Monia Fleur ? Harya nyene iyo   muyibona gute? πŸ˜„πŸ˜„πŸ˜„πŸ˜„Gusa ni umukozi turetse ivyo bind...
30/05/2026

NGO WOBA NAWE USHAKA KUGIRA nkiya Monia Fleur ?

Harya nyene iyo muyibona gute?
πŸ˜„πŸ˜„πŸ˜„πŸ˜„
Gusa ni umukozi turetse ivyo bindi muza kuvuga 🀣🀣🀣🀣

KO YOBA YARAHEVYE UMUZIKI? Godas Muhoza asa nuwutakibarizwa mu muziki bivanye n'amajambo yanditse. Aho yagize ati: "Hey ...
30/05/2026

KO YOBA YARAHEVYE UMUZIKI?

Godas Muhoza asa nuwutakibarizwa mu muziki bivanye n'amajambo yanditse.
Aho yagize ati:
"Hey Guys! Nkubu bish*tse nkagaruka muri niyihe mwipfuza ko noherako? Hama yoba canke iya jewe nyene? "

Umuntu yihweje neza ayo majambo aboneka ko we atakiri muri .
Ikibazo ni: Kuki abakobwa batari mu muri yahano iwacu ya 257 ? Boba bahura ni ivyahe bibazo biri inyuma batavuga?

Uwufise ico abiziko aduhe umuco.
Mr yassin +257

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Imbwa Nkuru posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share