Kamve news

Kamve  news This page serves as a platform to educate and inform society on political topics.

14/03/2026

Uku niko vyifashe igitega kumurwa mukuru wa politique,abariko harabera ibirori

      :Mashua zinazodaiwa kubeba vilipuzi kutoka Iran zimeripotiwa kushambulia meli mbili za mafuta katika maji ya Iraq ...
12/03/2026

:Mashua zinazodaiwa kubeba vilipuzi kutoka Iran zimeripotiwa kushambulia meli mbili za mafuta katika maji ya Iraq na kuzichoma moto, huku mmoja wa wafanyakazi wa meli akiripotiwa kufariki dunia.

Taarifa kutoka kwa mamlaka za bandari pamoja na kampuni za usalama wa baharini zinasema mashambulizi hayo yalifanywa baada ya milipuko au makombora kugonga jumla ya meli nne katika maji ya Ghuba.

Tukio hilo limeongeza wasiwasi kuhusu usalama wa usafirishaji wa mafuta katika eneo la ghuba ya uajemi, ambalo ni moja ya njia muhimu za kimataifa za usafirishaji wa nishati. Kampuni za usalama wa baharini zimesema mashambulizi hayo yanaweza kuongeza hatari kwa meli za biashara na kusababisha taharuki katika soko la kimataifa la mafuta.

🇨🇩🚀 💔Mu gisagara ca Goma aho abayobozi ba AFC/M23 basanzwe baba , ngo bakubiswe n’indege zitagira abapilote kandi nta bi...
11/03/2026

🇨🇩🚀 💔Mu gisagara ca Goma aho abayobozi ba AFC/M23 basanzwe baba , ngo bakubiswe n’indege zitagira abapilote kandi nta biharuro vy’abapfuye biramenyekana vyose.

🚀🏤Inzu y’uburaro yatewe n’indege itagira abapilote i Goma nk’isaha icumi z’ijoro, ivugwa ko iri hafi y’inzu Joseph Kabila abamwo ariko ngo Igitigiri c’abapfuye ni batatu

Abenegihugu bagize ico bashikiriza ahatangirwa ivyiyumviro ( muri Commentaires ) Ku binyamakuru vyanditse iyi nkuru bavuze ko :

" Mba mu karere ka Birere muri Goma, kandi nemeza aya makuru yerekeye igitero kuko cakozwe ku nzu y'umubirigi yitwa Pascal, uwari yarahaye abo bagwanyi imodoka nshasha z'agaciro zo mu bwoko bwa Toyota kugira ngo zibe izo bakoresha mukwiyunguruza mu gisagara ca Goma..."

Ubivuzeko iki?

10/03/2026

Irabire ingene abasirikare kazi badefira neza!

     : Ibitero vya Reta zunze ubumwe z'Amerika na Israel muri Irani vyakoze ku bihugu bishika 12🔥 Ni intambara prezida D...
03/03/2026

: Ibitero vya Reta zunze ubumwe z'Amerika na Israel muri Irani vyakoze ku bihugu bishika 12

🔥 Ni intambara prezida Donald Trump yavuze ko izomara indwi zine. Ibihugu vyisanze muri iyo ntambara ni cane cane ivyo mu kigobe c'Abarabu vyegeranye na Irani. Aha twovuga nka Bahrein, Arabie Saoudite, Emirats arabes unis ariho hari igisagara ca Dubai, Qatar, Koweit n'ibindi. Ivyo bihugu birimwo ibirindiro vya gisirikare vy'Abanyamerika, biriko biterwa na Irani mu gusubiriza mu nkoko Reta zunze ubumwe z'Amerika.

🇱🇧 Ikindi gihugu kitorohewe kuri uyu wa 2 Ntwarante 2026, ni Libani. Israel yateye kugira yivune umuhari Hezbollah wariko ushigikira Irani uri muri Libani. Ariko umukuru w'ico gihugu Joseph Aoun yateye ivyatsi ivyo bitero, ndetse mu nyuma igihugu ca Libani categetse ko umuhari Hezbollah wakwa ibigwanisho.

📌 Mu gihe abantu bamaze guhitanwa n'ivyo bitero baharurwa mu 555 muri Irani nk'uko vyatangajwe n'ishirahamwe ritabara imbabare Croissant Rouge, hari abasirikare b'Abanyamerika bapfuye. Umukuru w'igihugu ca Reta zunze ubumwe z'Amerika yasezeranye ko ategerezwa kwihora.

🇨🇾 Igihugu ca Chypre naco cashikiriwe n'ibisasu vya Irani. Ahatewe ni ahari ikirindiro c'abasirikare b'Ubwongereza i Akrotiri Reta zunze ubumwe z'Amerika ziriko zirakoresha.

👱‍♂️ Umukuru w'igihugu ca Chypre Níkos Christodoulídis yagize ati :"Igihugu cacu nta ntambara kirimwo kandi ntigishaka ko hari uwugikwegera mu mishamirano".

🇰🇪 Gushika ubu, mu bihugu bigize umuryango wa Afrika y'ubuseruko Uburundi burimwo, igihugu ca Kenya nico kimaze kugira ico kivuze kuri ivyo bitero. Prezida William Samoei Ruto yateye ivyatsi ibitero vya Irani mu bindi bihugu vy'Abarabu. Ishirahamwe ry'Ubumwe bw'Afrika ryasavye kuri uyu wa 28 Ruhuhuma 2026 umunsi ibitero bitangura, ko impande zishamiranye zosubira ku meza y'ibiganiro. Umuhuza muri ivyo biganiro kikaba cari igihugu ca Oman.

     : mwijoro ryakeye,ibiro vya ambassade ya America i   muri Arabi saudite vyarashwe birononekara cane ,na drones zibi...
03/03/2026

: mwijoro ryakeye,ibiro vya ambassade ya America i muri Arabi saudite vyarashwe birononekara cane ,na drones zibiri za iran.Président Donald Trump, akaba yagabishije Iran ko igiye kubona amahano kurico gitero.ivyo biruko mugihe iran 🇮🇷 ivugako imaze kurasa ibibanza vy’ingabo za America 🇺🇸 500 biri mukigobe c’abarabu (pays de Golf) ahari ibiri ibirindiro vyose vya America hamwe na Israël.iyo ntambara ikaba igeze kumusi wayo wa 3 ,nayo kuruhande gwa Iran 🇮🇷 ikaba imaze kwonona ibitari bike harimwo nabategetsi bakuru bahasize ubuzima.

na vyagavye ibitero Mumpera zindwi irangiye,bica Umukuru w’ikirenga wa Iran 🇮🇷 hamwe n’abandi bategetsi bakuru muvya gisirikare,kumpamvu z’ukuburizamwo umugambi wa iran wogukora intwaro za kirimbuzi.

 :Leta zunze ubumwe za America ziraye zishiriyeho ibihano kugisirikare   cu  .Ibi bikaba bije munyuma yaho Leta ya Kigal...
03/03/2026

:Leta zunze ubumwe za America ziraye zishiriyeho ibihano kugisirikare cu .
Ibi bikaba bije munyuma yaho Leta ya Kigali ibandanije irenga kumasezerano yoguhagarika intambara yashizweko umukono hagati ya Leta ya hamwe na mukuvogera igihugu ca Congo urwanda ruriko rurakora.
Abarabwa cane nivyo bihano,ni Vincent Nyakarundi Umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare,umugaba mukuru w’igisirikare kigwanira mukirere ,uwuyoboye iperereza hanze y’igihugu,uwuyoboye igipolisi hamwe n’abandi babiri.ikindi Kandi kiri murivyo bihano,ni uguhagarika uburyo icogisirikare cahora gihabwa bugifasha mubutumwa bw’amahoro mubindi bihugu,hamwe n’ugufashanya muvyagisirikare Leta zunzubumwe za America vyahora bikorana n’urwanda.

: Marekani imetangaza kuwa inaweka vikwazo dhidi ya jeshi la Rwanda, ikilishutumu kwa kukiuka makubaliano ya amani yaliyosimamiwa na Marekani kwa kuendelea kulisaidia kundi la waasi la M23 katika Jamhuri ya Kidemokrasia ya Kongo.

Miongoni mwa waliolengwa na vikwazo hivyo ni pamoja na Vincent Nyakarundi, Mkuu wa Majeshi wa Rwanda, pamoja na Mkuu wa Ulinzi na Waratibu Wakuu wawili wengine wa jeshi la Rwanda.

🔴  : Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye ahejeje kwakira Allirajah SubasKaran, Umuyobozi Mukuru w’ishirahamwe  , rih...
27/02/2026

🔴 : Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye ahejeje kwakira Allirajah SubasKaran, Umuyobozi Mukuru w’ishirahamwe , riherutse kwemererwa kuza gukorera mu Burundi.

📌 Uwo muyobozi arikumwe n’abo bagendanye, bakaba bari baje kwimenyekanisha no gushimira Umukuru w’Igihugu, ku ruhusha baherutse guhabwa rwo kuzana imitahe yabo hano mu Burundi, kugirango bahe internet igihugu cose hamwe no kworosha cane ibijane no guhamagarana, ku biciro bizimbutse.

Inyuma y’uwo mubonano bakaba baciye batangura icese ibiganiro n’inzego zibijejwe, z’ukuntu boshira mu ngiro amasezerano ari hagati ya n’Uburundi.

📌Bamenyesheje ko basanzwe bafise n’ikindi gisata citwa , gishobora kuzosahiriza mu bijanye n’amagara y’abantu.

📸RTNB

Urgent 🚨     :inyuma yiyicwa rya Lt col.willy Ngoma yavugira umugwi w’iterabwoba M23 ,biravugwako drone yarashe W***y ng...
25/02/2026

Urgent 🚨 :inyuma yiyicwa rya Lt col.willy Ngoma yavugira umugwi w’iterabwoba M23 ,biravugwako drone yarashe W***y ngoma yanahitanye kandi umugaba mukuru w’intagondwa za M23 ariwe Général Makenga.

🇨🇩Lt. Col  ***y_Ngoma yari Umuvugizi wa  /M23 yarashwe na Drones za  .---------Lt. Col  ***y_Ngoma yari Umuvugizi w’umuh...
24/02/2026

🇨🇩Lt. Col ***y_Ngoma yari Umuvugizi wa /M23 yarashwe na Drones za .
---------
Lt. Col ***y_Ngoma yari Umuvugizi w’umuhari wa /M23 biravugwa ko yarasiwe mu gitero ca Drones z'urutavanako cakozwe n’ingabo za Republika Iharanira Demokarasi ya , mu gace ka .

Bamwe mubegereye Leta ya baremeza ko ***y_Ngoma yarashwe mu masaha y’igicugu ashira isaha icenda z’ijoro (02:42 a.m) hafi ngo y’umurima munini w’uwitwa Gahizi.

Kugeza ubu ibintu nuko vyifashe k'uruhande rwa /M23 kandi _KANYUKA, umuvugizi wa politike wayo yatangaje ko agace ka kageramiwe n’ibitero vya drones cokimwe n’agace ka .

Breaking news : ngaya amasanamu agaragaza iyugurugwa ry’umupaka wa  ,kurubibe u   buhana na  .iki gikorwa Cabaye kuruyu ...
23/02/2026

Breaking news : ngaya amasanamu agaragaza iyugurugwa ry’umupaka wa ,kurubibe u buhana na .iki gikorwa Cabaye kuruyu wa mbere igenekerezo rya 23 ruhuhuma 2026.

23/02/2026

Umupaka wa gatumba,kurubibe U buhana na ubu tuvugana wuguruwe.

Address

Rohero II, Avec De L’UNESCO No 22
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kamve news posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share