Fatna leilla official

Fatna leilla official Journaliste
Follow my page🙏🥰

Hari uwavuze ati:nanje reka mvuge nti:Ohooooo yampaye inka 🤔🤔🤔 Ikidoma kirahakije Ir du son kuri departement none nkubu ...
09/08/2026

Hari uwavuze ati:nanje reka mvuge nti:
Ohooooo yampaye inka 🤔🤔🤔

Ikidoma kirahakije Ir du son kuri departement none nkubu iyo Mic 🎤imumena umutwe vyaca bigenda gute❓❓vyaherera hehe❓❓❓

07/08/2026

Kubwawe ni uwahe mu promoter avuga umuririmvyi aruko amaze kuduga???

Hariho umugani uvuga ngo: "Uwihanganye arashika". Ivyo rero bitwibutsa ko guceceka kw'uyu musore wanyu Dibo Dibo atari u...
05/08/2026

Hariho umugani uvuga ngo: "Uwihanganye arashika". Ivyo rero bitwibutsa ko guceceka kw'uyu musore wanyu Dibo Dibo atari uguhagarara, ahubwo rimwe na rimwe ari ukwitegurira ikintu ciza kiruta.

Umuririmvyi musanzwe muzi kwizina rya Dibo Yaramaze imisi mu gacerere, ariko ico gacerere cari kiriko kirategura nico turindiriye nkuko yabicishije kurubuga gwiwe gwa facebook.link murazisanga muri comentaire

Abamukunze kuva kera, n'abataramumenya neza, iki ni co gihe co kumwereka urukundo mukuja kumushigikira mugukora follow kuri facebook,instagram,you tube hamwe na tiktok.

Ntimwibagire gukora follow kuriyi page yacu kugira muze mwame mwironkera amakuru agezweho yo muri indasi ya 257


Nyuma y'igihe kirekire atagaragara ku mbuga nkoranyambaga, uyu mukobwa yongeye kugaragara afise inda ndetse ubu amakuru ...
01/08/2026

Nyuma y'igihe kirekire atagaragara ku mbuga nkoranyambaga, uyu mukobwa yongeye kugaragara afise inda ndetse ubu amakuru ariko aramuvugwako nuko yoba yamaze kwibaruka umwana wiwe w'infura . Wowe ubibona gute? Ese wari waramukumbuye? 🤔👇

Ntiwibagire gukora follow kuri page yacu kugira ngo mukomeze kuronka amakuru agezweho y'ibyamamare n' imyidagaduro yo mu Burundi



We starboy the sheep ,we starboy the sheep,we starboy the sheep ingo hano urabe abafana bawe sinarinzi ko abantu bo kuri...
05/07/2026

We starboy the sheep ,we starboy the sheep,we starboy the sheep ingo hano urabe abafana bawe sinarinzi ko abantu bo kuri zino mbuga namwe musesangura🤔🤣🤣🤣 Ariko abafana bo kuri facebook kbx 🤣🤣🤣🤣 namwe murasesangura mwihoreye🤣🤣🤣🤣🤣yeeeeeyeeeee
Ntiwibagire gukpra follow kuriyi page

Fatna leilla
The Sheep
atazwi

29/06/2026

Mpamagarira Lella,Ciella na Leilla baze batubwire ukuntu basize umwana w'isezerano
Mbega nawe woba umaze kwumviriza ino songo yaMelanin boy yise Bluetooth??ukaba utarayiraba uriko urahomba link muri comentaire ntiwibagire gukora follow comenty na share

Fatna leilla official
boy

Vyukuri niba wararavye match ya portugal🇵🇹 na congo 🇨🇩,uravye ukwo urukino gwari rumeze koko Christiano yoba yarigirishi...
24/06/2026

Vyukuri niba wararavye match ya portugal🇵🇹 na congo 🇨🇩,uravye ukwo urukino gwari rumeze koko Christiano yoba yarigirishije??canke ni wa mugani wabakera uti:nyuma yo kubona m'urukino gwahuje Portugal na uzbekistan amateka yasubiye gukorwa na christiano wewe nk'umuntu uriko urakurikirana igikombe c'isi ubivugako iki???

leilla official
TV

Turekanye n'amakuru y'igikwe ubwo iy coming soon ya B face na Ibrah umuhanzi wo mugihugu ca tanzanie muriko murayumva nk...
07/06/2026

Turekanye n'amakuru y'igikwe ubwo iy coming soon ya B face na Ibrah umuhanzi wo mugihugu ca tanzanie muriko murayumva nkuko jewe ndiko ndayumva canke ntibindaba???Amatwi ansumira ngo Rap yuda yabaye Rap Romantique 😁mbega musomyi nawe niko ubibona B face yabaye Rap Romantique koko???
leilla official

Ukwo nikwo abakunzi ba Melanin boy bamugaragarije urukundo muguhimbaza nawe isabukuru y'amavuko,nawe mukubashimira yavuz...
25/05/2026

Ukwo nikwo abakunzi ba Melanin boy bamugaragarije urukundo muguhimbaza nawe isabukuru y'amavuko,nawe mukubashimira yavuze ati:

Mbega musomyi nawe uremera ko uno muhungu ari wisezerano nkuko ahamagarwa na benshi???
Leilla official
Boy

24/05/2026

Address

Bujumbura
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fatna leilla official posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category