Edmond Le comedien

Edmond Le comedien #
#
#

Fata umwanya wiyumvire impamvu woba ukiriho benshi barapfuye ♥️♥️
26/08/2026

Fata umwanya wiyumvire impamvu woba ukiriho benshi barapfuye ♥️♥️

bonjour mes amis, comment allez- Vous? bon dimanche à tout le monde ♥️♥️
23/08/2026

bonjour mes amis, comment allez- Vous? bon dimanche à tout le monde ♥️♥️

IMANA isubire kutubonanya 🏃🏃🏃
06/08/2026

IMANA isubire kutubonanya 🏃🏃🏃

01/08/2026

MANA turagushimiye cane

01/08/2026

Oya MANA ntukabure icubahiro ��

Kora iciza kizogukiza, abazogukomokako Bose bazogira umuhezagiro kubwo iciza wakoze KERA cane ✍️✍️
29/07/2026

Kora iciza kizogukiza, abazogukomokako Bose bazogira umuhezagiro kubwo iciza wakoze KERA cane ✍️✍️

Ewe burya ikibi c Umuntu ni co kimwicisha 😀😀🤮🤮
29/07/2026

Ewe burya ikibi c Umuntu ni co kimwicisha 😀😀🤮🤮

Uhoraho aguhe intsinzi, Uhoraho akugwanirire muri vyose, vuga AMEN
29/07/2026

Uhoraho aguhe intsinzi, Uhoraho akugwanirire muri vyose, vuga AMEN

Hari igihe uzovyuka usange umugisha wawe ku muryango w inzu yawe
23/07/2026

Hari igihe uzovyuka usange umugisha wawe ku muryango w inzu yawe

Address

Edmondbayubahe4@gmail. Com
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Edmond Le comedien posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share