BABU

BABU � Journaliste arts & musique. Découvre les artistes émergents, collaborations innovantes

Le 13 October
13/10/2026

Le 13 October

I   NGO" abagwizatunga ni bareke abana babo barongore abana babakene kugira nabandi bashikigwe". Nbega weho uvyinva kumw...
12/10/2026

I
NGO" abagwizatunga ni bareke abana babo barongore abana babakene kugira nabandi bashikigwe".
Nbega weho uvyinva kumwe na duhurire muri tutibagira nugukanda

Mkombozi Lucifer:" ngo   ufise induru nyishi niwo upfa kare "ayo ni amwe mumajambo ahejeje gucisha kurubuga rwiwe rwa   ...
12/10/2026

Mkombozi Lucifer:" ngo ufise induru nyishi niwo upfa kare "ayo ni amwe mumajambo ahejeje gucisha kurubuga rwiwe rwa aho benshi turikwibazako yoba ari indirimbo yukwicarika aba agir3 ashire hanze .

Wewe wibazako uwo winduru nyishi arinde? Duhurire muri tutibagira nugukanda .
B-face On The'flo Big Fizzo

🔵🔴 Abakinyi 11 bigenjeje neza gusumba abandi ku ndwi ya 6 muri Ligue A Burundi 2026-2027  !Ni uyuhe mukinyi wogira MVP?
12/10/2026

🔵🔴 Abakinyi 11 bigenjeje neza gusumba abandi ku ndwi ya 6 muri Ligue A Burundi 2026-2027 !

Ni uyuhe mukinyi wogira MVP?

10/10/2026

07/10/2026


Which    ?Diamond Platnumz
07/10/2026

Which ?

Diamond Platnumz

Diamond Platnumz   from Tz 🇹🇿
07/10/2026

Diamond Platnumz from Tz 🇹🇿

  nikiganiro dukunze kubona kurubuga gwa  youtube gwitwa  .    Icokiganiro kikaba gifise ihangiro ryo gushikana intahe c...
05/10/2026

nikiganiro dukunze kubona kurubuga gwa youtube gwitwa .

Icokiganiro kikaba gifise ihangiro ryo gushikana intahe canke ubutumwa bushikirizwa nababa mwibarabara aho turavuga (abana,abarimuzabukuru,abagendana ubumuga butandukanye,abahuye nihungabana nabandi benshi) mwico kiganiro turunvamwo invo ninvano ( )yukugira bisange mwibarabara mubuzima
Wopfuza gufasha canke kugira ico uterereye duhamagare kuri WhatsApp canke appel isanzwe kunumero ikurikira 66 09 74 67

yibiganiro iri muri .

Mwite Masterland umuririnvyi akongera akaba ari numuhinyanyuzi wumuziki aho aherutse gukorana ikiganiro nimwe nimbonesha...
05/10/2026

Mwite Masterland umuririnvyi akongera akaba ari numuhinyanyuzi wumuziki aho aherutse gukorana ikiganiro nimwe nimboneshakure zikorera cane cane kurubuga gwa youtube aho yatanze ico nokwita impanuro kuba babarundi avuga ati: "umuziki wuburundi nturatera intambwe kuko ntaco turakora ba , , Big Fizzo ndetse nabandi ba legends batakoze muri make turacakora umuziki nkuwabo uretse ko arizo zahindutse ".

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BABU posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category