CUBAHIRO ENTERTAINMENT

CUBAHIRO ENTERTAINMENT All with God🙏

05/08/2026

Olegue Boy Sound O.l.g

https://youtu.be/iNg9YriDw6o?si=DQpDI3Hk96iDrHUb 🙏Jewe nsincagura mu gushigikira burimuntu 🙏nuko mba mbona ubwitange bw'...
17/07/2026

https://youtu.be/iNg9YriDw6o?si=DQpDI3Hk96iDrHUb

🙏Jewe nsincagura mu gushigikira burimuntu 🙏nuko mba mbona ubwitange bw'umuntu🙏nuko ashoboye🙏🙏iyi Ndirimbo wokwibaza ngo Ni *Jay Melody* Kandi ari umurundi🤓
CUBAHIRO ENTERTAINMENT

Artist:P-dransong Title:UmenibanaAudio Producer:Nel-gDirected By...

15/07/2026

Senga kubwo kubaha Imana apana gusenga kubwo gutinya kuja mu muriro

CUBAHIRO ENTERTAINMENT

15/07/2026

Strong Boy Kirura uyu muririmvyi mumfashe tuze tumufashe kumenyekanisha na cane cane ku Ndirimbo yiwe yise azosohora munsi was gatanu (5) ku rubuga rwiwe rwa
Pls ndagusavye ukande kuri iyi Link 👇👇

https://youtube.com/shorts/awesZ08Pf4I?si=QczXMpfJQf5P2zdl

Pls subscribe to singer Boy

Uyu munsi igenekerezo rya 14/7/2026 niho mwakwiye abantu ibihumbi bitatu mudukurikirana Kandi n'umutima mwiza wanyu atag...
14/07/2026

Uyu munsi igenekerezo rya 14/7/2026 niho mwakwiye abantu ibihumbi bitatu mudukurikirana Kandi n'umutima mwiza wanyu atagahato kabirimwo

Tubashimiye kubwitange bwanyu🙏
Tubashimiye kurukundo rwanyu💖
Tubashimiye kuri support yanyu🙏
Tubashimiye cane ku mutima mwiza want💖🙏
Tubashimiye Kandi kuba muzokomeza kudushigikira🙏💖

Iri Ni iteka ridasanzwe kubona abantu badukunda bingana uku

Turabakunda cane muzakomerezaho
Imana ibahe Umugisha🙏💖

🙏

14/07/2026

Link muri commentaire

Izile arabajije ati:Hagati y'amazina 3 y'indirimbo asohore iyahe??1.  2.   3.   MWISITEMUMUFASHE GUTORA TITLE 😍         ...
11/07/2026

Izile arabajije ati:Hagati y'amazina 3 y'indirimbo asohore iyahe??
1.
2.
3. MWISITE

MUMUFASHE GUTORA TITLE 😍

08/07/2026

Pasteur atabintu azi

Ivyo mwogira vyose mumenye ko mu banyamuziki bo ngaha I Ngozi uyu Ari muri 4 ba mbere bemerwa cane nkanaha respect🫡 mwit...
06/07/2026

Ivyo mwogira vyose mumenye ko mu banyamuziki bo ngaha I Ngozi uyu Ari muri 4 ba mbere bemerwa cane nkanaha respect🫡 mwite uhejeje urenzeko akazina (Kirura) Strong Boy Kirura
Uyu musolait afise indirimbo yiwe nshasha yise nkaba ndabatumiye kuri Channel yiwe mubanze mukore subscribe Imbere yuko ayipostinga 🙏🙏
CUBAHIRO ENTERTAINMENT

06/07/2026

uyu mwana ngo Ni mutoyi was Diez Dola??

Address

Rwanda, Kigali
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when CUBAHIRO ENTERTAINMENT posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to CUBAHIRO ENTERTAINMENT:

Shortcuts

Share